UBURUNDI:Drama t aherutse gushira hanze indirimbo yise ’’Madamu’’

Drama t numwe mubaririvyi bakiri bato aho akomoka mugihugu cu Burundi ndetse uyu muhanzi aherutse gushira hanze indirimbo yise Madamu.
Drama t akaba yatanguriye mu murwi wa M production warurongowe na Amir , aho yamazeyo imisi itari mike ndetse akorerayo n’indirimbo zitari nke ,aho zashitse Kure cane hashoboka.
Drama t akaba aho avuye mwuwo murwi yaciye aja mu murwi wa Bantu bwoy , aho yakoze indirimbo zitari nke ndetse anakorerayo Ep, aho uyo murwi atakiwurimwo Ubu aho asigaye yigenga .
Drama t aho yaramaze imisi myinshi adasohora indirimbo ,muga ubu akaba yaje nindirimbo yise ’’Madamu’’ biboneka yuko ari ndirimbo ikozwe mubuhinga bukomeye cane .