UBURUNDI:El coyote yashize hanze indirimbo arikumwe na Big fizzo

El coyote yashize ahabona indirimbo yise ’’Anna ’’ aho yayikoranye numwe mubaririvyi bakuzwe cane mugihugu cu Burundi azwi kw’izina rya Big fizzo.
Ni El coyote asazwe akomoka mugihugu cu Burundi ,aho novuga yuko asazwe akorera umuziki wiwe mumahanga .
Aho El coyote yashize hanze indirimbo yose ’’Anna’’,aho yayikoranye numwe mubaririvyi bakuzwe cane mugihugu cu Burundi aho azwi kw’izina nka Big fizzo .
El coyote aho yaramaze imisi ataboneka mu muziki ndundi ,aho hari haheze igihe kinini adashira hanze indirimbo .
El coyote aho amaze nogukora indirimbo nyishi zakuzwe cane ,mbere zinashika Kure .