UBURUNDI:Fabe love yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’King’’

Fabelove yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira abazanire indirimbo yise ’’king’’.

Fabelove numwe mubaririvyi babarundi babikora neza cane , aho novuga yuko aza nomuba rapeur bakomeye cane mugihugu cu Burundi.

Fabelove aho yaramaze imisi ataboneka muri music y’uburundi ,Ubu akaba agira aze n’indirimbo yise ’’King’’.

Fabelove akaba aza muba rappeur bambere mu Burundi bariko barahiganwa nabandi ba rappeur ,aho nimugihe turiko turibaza igituma indirimbo yiwe azoyitwa ’’King’’.

Tukibaza mbega yoba agira asubire azane indirimbo yokwishurana nabandi ba rappeur ,kuko yari yarigeze kuzana indirimbo yise ’’Master’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO