Mikel Arteta mu kiganiro n’itangazamakuru yagaragaje ibanga Arsenal ikoresha...
- 30/03/2023 saa 13:56
Gaël biriko biravurwa yuko yoba agira aje gukinira mumurwi wa young sc mugihugu ca tanzaniya.
Mbega Gaël BIGIRIMANA yoba agiye gukina muri Tanzania ?
Ku makuru dukura ku bimenyeshamakuru vyo muri Tanzania, avuga ko umugwi wa Young Sc uriko urarondera ku nguvu zidasanzwe, Kizigenza agira kabiri w ‘Intamba murugamba Gael BIGIRIMANA kugira aje kubakinira.
Ni mu gihe umugwi wiwe GLENTORAN yahora akinira mu cicaro ca mbere mu gihugu ca Irlande du Nord, uherutse kumusezera umubwira ko yoja kuronderera ahandi.