UBURUNDI:Harmonize agiye kuza guteramisha abantu i Burundi

Igihangange mumuziki wo muri Tanzanie agiye kuboneka mugiteramo kizobera mugisagara ca Bujumbura.
Harmonaize muzi akomoka mugihugu ca Tanzanie , aho anafise ibikorwa vyishi vyamamaye hirya nohino .
Aho agiye kuza I Bujumbura kubateramisha , akaba ari igihangange c’umuziki wo muri Tanzania no mu karere.
Harmonize azokora igiteramo I Bujumbura, kw’igenekerezo rya 20 Myandagaro uyu mwaka nyene turimwo.
Akazoba azanywe n‘ishirahamwe ritunganya ibijanye n’ingendo “JC Travel Ltd” rifadikanije n’uwitwa DeejayNchi.