UBURUNDI:Key g fab aheruka gushira ahabona indirimbo yise ’’I miss you’’

Key g fab yazaniye indirimbo abakunzi bumuziki ndundi ,aho yayise ’’ I miss you’’.
Key g fab numusore akiri muto akomoka mugihugu cu Burundi ,aho novuga yuko asazwe atuye mugisagara ca Bujumbura .
Key g fab aho hari haheze umwaka atibonekeza mumuziki ndundi , aho yari yashize hanze indirimbo yise ’’Fashabandi’’ .
’’Fashabandi ’’ nindirimbo irimwo amajambo meza mbere yerekeye cane cane ’’kumpfuvyi , nabana bomwibarabara ’’ , iyo ndirimbo yakuzwe nabenshi cane kubwukuntu yayikoze .
Key g fab ubu ngubu akaba yabazaniye indirimbo yise ’’I miss you ’’ , nindirimbo yazananye namasanamu meza cane .