UBURUNDI:Lolilo yashize hanze indirimbo arikumwe na Me Blue

Lolilo aho yaraye ashize ahabona indirimbo arikumwe na Mr Blue ndetse iyo ndirimbo bayise Je na We .
Ni Lolilo aho yarakumbuwe na benshi , aho Ubu avuga yuko aje ubutagisubira inyuma , aho muzi yuko afise ama collabo menshi nabaririvyi bakomeye cane mugihugu ca Tanzaniya .
Ubu Lolilo akaba agira aze nama collabo menshi yomwico gihugu , aho avuga yuko ari collabo zibiri, Ubu akaba yaraye ashize hanze indirimbo arikumwe na Mr Blue aho bayise ’’Je Na We’’.