UBURUNDI:Masterland yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abahe indirimbo yise ’’Mafu’’

Masterland aho yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abahe indirimbo yise ’’Mafu’’
Ni Masterland asazwe akomoka mugihugu cu Burundi , aho novuga yuko asazwe arongoye Master music ,Master music aho arinzu yoguhinyanyura umuziki .
Masterland aho yaramaze imisi ataboneka mu muziki wu Burundi , aho novuga yuko abeshi bari bamukumbuye cane .
Masterland akaba afise ibikorwa vyinshi vyashitse kure cane , ndetse binakundwa nabenshi cane , ndetse Masterland kukintu abenshi batamuziko ,nuko asazwe ari numuhinyanyuzi .
Masterland aho asazwe anafasha abaririvyi bagiye batandukanye cane .
Ubu ngubu kuba yaramaze igihe ataboneka mumuziki ndundi ,Ubu agira aze nindirimbo yise ’’Mafu’’