UBURUNDI:Mc Mello yaje gufata akaruhuko mu gihugu ca mavuko

Mc mello yaje mu karuhuko mu gihugu camavuko (Burundi) ,aho biboneka neza koyaba azaywe nakazi kumuziki.
Mc Mello numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho asazwe akorera umuziki wiwe muri Canada .
Mc mello aho amaze imisi myishi ataboneka mu muziki wu Burundi , aho novuga yuko anafise ibikorwa vyinshi vyashitse kure cane.
Mc mello Ubu akaba yaje gufata akaruhuko mugihugu ca mavuko (Burundi) , aho novuga yuko biboneka neza koyoba azaywe nigikorwa cumuziki .
Mc mello aho yaramaze amezi agera kuri indwi ashize hanze indirimbo yise ’’Ipoto’’ , Mc mello aho amaze gukorana nivyamamare vyinshi mumuziki ndundi .