UBURUNDI:P love yamenyesheje abakunzi b’umuziki ndundi kagira ashire hanze Ep yise ’’Akanoti’’

P love yamenyesheje abakunzi b’umuziki kagira ashire hanze Ep yise ’’Akanoti’’

P love numwe mubaririvyi bakiri bato cane , aho novuga yuko yaramaze imisi ataboneka ,aho yaciye amenyesha abakunzi b’umuziki ndundi kagira abazanire agakemanyi ka Ep yise ’’Akanoti’’.

Aho P love novuga yuko yamamaye kundirimbo nyishi zigiye zitandukanye , aho harimwo niyo yakoranye numuririvyikazi akomeye cane mugihugu cu Burundi azwi kw’izina rya Channy Queen .

Aho P love asazwe ari muri team izwi kw’izina rya Mt Money, aho novuga yuko irimwo abasore bariko babikora neza duhereye kuri Blayzon .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO