UBURUNDI: Patrick Mbaza Kanianga azofata indege yerekeza muri Turkey kuri uyu wa mungu

Patrick Mbaza Kanianga usanzwe ari umusatirizi wa Bumamuru kuri uyu wa mungu niho azofata indege yerekeza muri Turkey

Kuri uyu wa Mungu niho Umusatirizi wa Bumamuru, Patrick Mbaza Kanianga azofata indege yerekeza muri Turkey mu murwi wa Ankara Gencieberbirling Sports, wo mu cicaro cambere c’ihiganwa rya Turkey.

Uwo mugwi ukaba warafashe ikibanza ca 13 mw’ihiganwa ry’umwaka 2021-2022.

Tubibutse ko Patrick Mbaza Kanianga ariwe yatahukanye agashimwe k’umukinyi yinjije ibitsindo vyinshi , agashimwe k’umukinyi yasumbije abandi hamwe n’agashimwe k’umukinyi ari murutonde rwa bakinyi 11 batangura murukino.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO