UBURUNDI:T_Max Mwanajeshi yaraye ashitse mu gisagara ca Bujumbura.

T max yaraye ashitse mugisagara ca Bujumbura ,aho avuga yuko abazaniye bishasha vyinshi.

Inyuma y’imyaka itatu ataza mu Burundi, T-Max Mwanajeshi kamili, yaraye ashitse mu gisagara ca Bujumbura

Aho aje azananye indirimbo ziwe zitatu yise « TATU KALI ZA T-MAX », Agishitse yagize ati : « Naragerageje kuraba akantu gashasha nokora nca mbona ko nozana indirimbo zitatu zifatanye.

Murabizi namwe kugira wame wishira ku mwanya utegerezwa kwama ufise ikintu gishasha, Feedback ndazumva ku bantu bakambwira ko indirimbo ziryoshe n’ubwo bitoroha ko aba rappeurs dutobora.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO