UBURUNDI: Umwigeme muto yatahukanye ikibanza ca kabiri mw’ihiganwa izere Award ryabereye Muntara ya RUMONGE

Izere Award Ni Ihiganwa Ryama riteguwa n’Isamirizi IZERE FM Umwigeme akiri muto Rashmy akaba yatahukanye ikibanza ca kabiri Muri iryohiganwa uwatahukanye ikibanza cambere akaba yitwa Ebbadas

Inyuma y’igihe Kitari Gito Hategurwa Ihiganwa rya IZERE AWARD ritegurwa n’isamirizi Izere award Isanzwe isamiranira mu ntara ya Rumonge Rashmy akaba yegukanye ikibanza ca Kabiri Umwana akiri muto w’Imyaka 16

Rashmy n’Umuririmvyikazi yatanguye umuziki akiri muto ubu akaba ageze kurwego rwo gutsindira ibikombe vy’intara bitegurwa n’isamirizi IZERE FM akaba yabaye umuririmvyi wakabiri muriryo higanwa ndakwibutsa ko asanzwe ari musi y’Uburongozi bwa IVO IVO MEDIA Isanzwe irongowe na Mapound.

Abwnshi baribaza impamvu uyo mwana muto ariko aragerageza kuboneka Mubikorwa nk’ivyo ahubona ko no mugiteramo citiriwe AMASHUHA FESTIVAL azoba arimwo.

Uyu mwana muto abandanya atangaza abantu bandanya mumuba hafi ni Rashmy

Genesisbizz

Related Articles

Ibitekerezo

  • - Elvis

    Vyose nukubishimira Imana kandi nibindi izobikora imushikane heza caane hashoboka nabandanye turamukeje

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO