UBURUNDI: tha classic yaraye ashize ahabona indirimbo yise ’’Yamunene’’

Madiba tha classic yashize ahabona indirimbo yise ’’Yamunene’’, indirimbo irikumwe namasanamu.
Madiba tha classic numwe mubaririvyi bakomoka mugihugu cu Burundi , aho novuga yuko ava kumurwa mukuru wa Bujumbura .
Madiba tha classic hakaba hari haheze amezi agera kuratanu (5mois) ataboneka mumuziki ndundi .
Aho Madiba tha classic afise ibikorwa vyinshi vyashitse kure cane , ndetse binamenyekana nahantu hagiye hatandukanye .
Madiba tha classic mu muziki wiwe aho yahuye ningorane nyinshi cane , kubwo kubura uwamuvyara ariwe papa wiwe , aho yamufasha vyinshi cane mu muziki ndundi, Aho Madiba tha classic yaciye agabanya ingumvu zogukora uravye uko yatanguye umwuga wiwe wumuziki.
Kumusi wejo niho yashira ahabona indirimbo yise ’’Yamunene’’ , aho inyuma yayo mezi atanu hari indirimbo yise ’’Uyumusi’’ nindirimbo yakuzwe nabenshi ndetse ishika Kure cane.