UBURUNDI: Uburundi buhejeje gutsinda U Rwanda ibitsindo 2-1

Uburundi buhejeje kwirahira U Rwanda ibitsindo bibiri kuri kimwe , aho hari mwihiganwa rya CECAFA.
Imirwi serukira gihugu yabigeme ,aho hariko hatana mumitwe Burundi nu Rwanda , aho u Burundi bwatsinze U Rwanda ibitsindo bibiri kugitsindo kimwe cu Rwanda.
Aho ryari ihiganwa rya CECAFA ririko Ribera mugihugu ca Ouganda.
Ivyo bitsindo vyose bikaba vyztsizwe numwigeme azwi kw’izina rya Sandrine Niyonkuru.