UBURUNDI:Umunyamideri Jojo model yashize hanze amasanamu yerekana urukundo kubanyamwema

Jojo model aho yaraye ashize hanze isanamu yerekana urukundo kubanyamwema.

Umunyamideri jojo model yasubiriye kuvugisha abantu benshi cane biciye kw’isanamu aheruka gukora icivugo ciyosanamu kivuga: Albinos Are People Like You!

Jojo model twaramwegereye turamubaza igituma yakoze iyo sanamu atubwira ati : igituma niyunviriye gukora iyosanamu nikubera kenshi usanga banyamwema bakumigwa muri société kandi bashoboye arabantu nkatwe biyunvira nkatwe bashoboye nkatwe dukwiye kubafatamunda tukababahafi tukabiyegereza nabantu nkatwe !

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO