Umurwi nserukira gihugu intamba murugamba w’abigeme uhejeje kuronka itike yokuja gukina cecafa

Umurwi serukira gihugu wabigeme uhejeje kuronka itike ryogukina final muri cecafa ririko Ribera mugihugu ca Ouganda.

Umugwi nserukira gihugu Intamba mu rugamba w’abigeme uhejeje kuronka itike yo kuzokina final y’ihiganwa rya cecafa ririko ribera mu gihugu ca ouganda,

Bakaba bahejeje kwirahira umurwi wa tanzania ibitsindo bibiri kuri kimwe (2-1).

Uburundi nibwo bwatanguye gutsindwa hakiri kare cane ku munota wa mbere, ku gitsindo c’uwitwa Opa clement, hama intamba z’uburundi ziza kugombora ku munota wa 13, ku kitsindo ca Nasra NAHIMANA. Igitsindo kigira kabiri caciye cinjira ku munota wa 81, cinjijwe na sandra NIYONKURU, gutyo Uburundi bubona gutahukana itsinzi.

Urukino rwa nyuma rero rukazoca ruhuza Uburundi na Ouganda kuruyu wa gatandatu 11 /6/ 2022.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO