Vania ice yashize ahabona amasanamu y’indirimbo yise ’’Contigo’’

Vania Ice yashize hanze amasanamu y’indirimbo yise ’’Contigo’’
Vania Ice numwe mu baririvyikazi babarundi bariko babikora neza , aho novuga yuko asazwe akomoka mu gihugu c’uburundi .

Vania Ice hari haheze amezi agera kuri abiri abahaye igikorwa yise ’’Sinshaka’’ ,aho novuga yuko yageze Kure hashoboka ndetse ikundwa nabatari bake .

Vania Ice akaba arumwigeme abikora neza , ndetse akaba afise n’ijwi ryiza kuburyo wumvirije indirimbo yiwe wumva koko kashoboye .

Vania Ice hakaba haheze umusi umwe ashize hanze amasanamu y’indirimbo yise ’’Contigo’’, aho novuga yuko arindirimbo ifise amasanamu meza cane , ndetse kugeza uno mwanya ukabona neza kiriko irafata inzira nziza cane .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO