Vichou Love yamenyesheje abakunzi bu muziki ndundi kagira abazanire Album yise ’’Embargo’’

Vichou yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi kagira abazanire Album yise ’’Embargo’’ .

Vichou Love akaba arumwe mu baririvyi bakomeye cane ,aho novuga yuko asazwe ari muri team yitwa Peace and Love aho novuga yuko asigaye arumuririvyi umwe.

Vichou Love hakaba harihaheze ukwezi kumwe ashize indirimbo hanze yise ’’Urumugabo’’ aho iyo ndirimbo yariko ahayagiza umu comédie yitwa Mutima aho nimugihe yaravuze amajambo akomeye imbere ya Nyene icubahiro umukuru w’igihugu cu Burundi .

Vichou Love akaba arumwe mubaririvyi basazwe bakubita karaoké abantu bakaryoherwa , numwe mubaririvyi bazi umuziki cane .

Vichou akaba yamenyesheje abakunzi bumuziki ndundi ko igenekerezo rya 05/05/2022 ,ko azobazanira Album yise ’’Embargo’’.

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO