We love music iherutse gushira hanze indirimbo bise ’’Monalisa’’

We love music umurwi ukuzwe cane mugihugu cu Burundi uherutse gushira hanze indirimbo bise ’’Monalisa’’.

We love music numwe mu mirwi ugizwe n’abasore babiri bakiri bato cane ,aho novuga yuko bariko barabikora neza mu muziki ndundi .

We love music hakaba hari haheze imisi bashize hanze Ep bise ’’Malo’’ ,aho novuga yuko yashitse ahantu henshi hagiye hatandukanye .

We love music akaba ari umugwi usazwe ufashwa na ’’Db Music ’’ ya Don Brigth , nawe akaba asazwe ari n’umuririvyi asazwe abikora neza ,aho novuga yuko afitanye indirimbo n’abantu bakomeye cane ,aho nimugihe harimwo umuririvyi w’Umunyarwanda azwi kw’izina rya Social mula .

Genesisbizz

Related Articles

Igitekerezo cyawe kirashyirwaho aruko gisusumwe

TANGA IGITEKEREZO