Burundi:Yan A yashize ahabona indirimbo yise ’’Uruhombo’’

Yan A aho yashize ahabona indirimbo yise ’’Uruhombo ’’,Yan A aho asazwe arumundi yavukiye mu ntara ya Ngozi ,aho yahize amashuri y’ intango , ndetse ayisumbuye ayiga mugisagara ca Bujumbura .
Yan A aho yatanguye kuririmba mu mwaka 2012 ,ariho yanashira indirimbo yambere.
Yan A nyuma yaho yaciye amanuka mugisagara ca Bujumbura kugira atangure umwuga w’umuziki.
Yan A aho asazwe afashwa na WEMA ENTERTAINMENT, ariyo yanamufashije kugira igikorwa ciwe ’’Uruhombo ’’ kije ahabona .
WEMA ENTERTAINMENT ikaba ihagarariwe numunyamakuru akomeye cane Landry Promoter asazwe akorera ikinyamakuru ciwe HIT TOP TV hamwe na Yves bally , abo bantu babiri akaba aribo bariko barakora ibishoboka vyose kugira Yan A ashike kuntabwe .
Yan A aho yashize ahabona indirimbo yise ’’Uruhombo’’ ,ubona kari ndirimbo ikozwe kubuhinga bukomeye cane , aho yakozwe nuwitwa Yves bally .